Kanguka mushime Imana kandi musenge ibihe vyose!
Kanguka ni ikiganiro co gukangura abakristo mu mpwemu kugira Mpwemu Yera ashobore gushitsa ubushake bw'Imana. Ndemezwa ko iki ari igihe c'ikanguro kandi Yesu ashaka kwigarurira imitima myinshi yinjira mu bwami bw'Imana.
Chris Ndikumana